-
Guharura 36:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Ibi ni vyo Yehova ategetse ku bijanye n’abakobwa ba Zelofehadi: “Barashobora kurongorwa n’uwo ari we wese bashatse. Ariko bakwiye kurongorwa n’umuhungu akomoka mu muryango wa se wabo.
-