Guharura 2:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Hazoca hakurikira umuryango wa Nafutali. Umukuru w’abakomoka kuri Nafutali ni Ahira+ umuhungu wa Enani. Guharura 10:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Umukuru w’umuryango wa Nafutali yari Ahira+ umuhungu wa Enani.
29 Hazoca hakurikira umuryango wa Nafutali. Umukuru w’abakomoka kuri Nafutali ni Ahira+ umuhungu wa Enani.