Kuvayo 6:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Aroni arongora Elisheba umukobwa wa Aminadabu, mushiki wa Nahashoni+. Araheza avyara Nadabu, Abihu, Eleyazari na Itamari+. Luka 3:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Igihe Yezu+ yatangura igikorwa ciwe, yari afise nk’imyaka 30+. Nk’uko abantu bavyiyumvira, yarimwene Yozefu+,Yozefu mwene Heli, Luka 3:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Nahashoni mwene Aminadabu,Aminadabu mwene Aruni,Aruni mwene Hesironi,Hesironi mwene Peresi+,Peresi mwene Yuda+, Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025) Sohoka Injira Ikirundi Rungika Uko vyoza bimeze Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania Amasezerano agenga ikoreshwa Ibijanye no kugumya ibanga Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga JW.ORG Injira Rungika Rungika kuri Email
23 Aroni arongora Elisheba umukobwa wa Aminadabu, mushiki wa Nahashoni+. Araheza avyara Nadabu, Abihu, Eleyazari na Itamari+.
23 Igihe Yezu+ yatangura igikorwa ciwe, yari afise nk’imyaka 30+. Nk’uko abantu bavyiyumvira, yarimwene Yozefu+,Yozefu mwene Heli, Luka 3:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Nahashoni mwene Aminadabu,Aminadabu mwene Aruni,Aruni mwene Hesironi,Hesironi mwene Peresi+,Peresi mwene Yuda+,
33 Nahashoni mwene Aminadabu,Aminadabu mwene Aruni,Aruni mwene Hesironi,Hesironi mwene Peresi+,Peresi mwene Yuda+,