Kuvayo 30:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 «Niwagira rusansuma rwo guharura abahungu b’Abisirayeli+, umwe wese ategerezwa guha intererano Yehova kugira acungure ubuzima bwiwe mu gihe c’urwo rusansuma. Ivyo bizotuma icago kitabazako igihe bariko barandikwa.
12 «Niwagira rusansuma rwo guharura abahungu b’Abisirayeli+, umwe wese ategerezwa guha intererano Yehova kugira acungure ubuzima bwiwe mu gihe c’urwo rusansuma. Ivyo bizotuma icago kitabazako igihe bariko barandikwa.