Guharura 2:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Hazoca hakurikira umuryango wa Gadi. Umukuru w’abakomoka kuri Gadi ni Eliyasafu+ umuhungu wa Ruweli*. Guharura 10:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Umukuru w’umuryango wa Gadi na we yari Eliyasafu+ umuhungu wa Duweli.
14 Hazoca hakurikira umuryango wa Gadi. Umukuru w’abakomoka kuri Gadi ni Eliyasafu+ umuhungu wa Ruweli*.