ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Nta mwambiro ukwiye kuboneka mu mazu yanyu muri iyo misi indwi. Umuntu wese azorya ikintu kirimwo umwambiro, yaba umunyamahanga canke imvukira+, ategerezwa gupfa*+.

  • Kuvayo 12:48
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 48 Nimba hari umunyamahanga aba muri mwebwe agomba guhimbaza Pasika ya Yehova, abahungu bose bo mu rugo iwe bategerezwa kugenyerwa. Aho ni ho gusa ashobora kuyihimbaza, kandi azoca aba nk’imvukira. Ariko nta mugabo n’umwe atagenyerewe akwiye kurya ku mwagazi wa Pasika+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika