Abalewi 24:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Itegeko ni rimwe ku munyamahanga no ku mvukira+, kuko ndi Yehova Imana yanyu.”» Gusubira mu vyagezwe 31:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Muze mukoranye abantu+, abagabo, abagore, abana* na ba kavamahanga baba mu bisagara* vyanyu kugira bumvirize bongere bige ivyerekeye Yehova Imana yanyu, bamutinye kandi bitwararike gukurikiza aya mategeko yose.
12 Muze mukoranye abantu+, abagabo, abagore, abana* na ba kavamahanga baba mu bisagara* vyanyu kugira bumvirize bongere bige ivyerekeye Yehova Imana yanyu, bamutinye kandi bitwararike gukurikiza aya mategeko yose.