Kuvayo 17:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Musa aca abwira Yosuwa+ ati: «Tora abagabo ugende kurwanya Abamaleki. Ejo nzohagarara hejuru ku musozi mfise ya nkoni y’Imana y’ukuri mu kuboko.»
9 Musa aca abwira Yosuwa+ ati: «Tora abagabo ugende kurwanya Abamaleki. Ejo nzohagarara hejuru ku musozi mfise ya nkoni y’Imana y’ukuri mu kuboko.»