ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 34:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Indogobwa yose ivutse ubwa mbere muze muyicunguze intama. Ariko nimutayicungura, muze muyivune izosi. Kandi muze mucungure umuhungu wese w’imfura mu bana banyu+. Nta n’umwe akwiye kuza imbere yanje iminwe misa.

  • Abalewi 27:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Nimba ari igitungwa gihumanye kandi akaba ashaka kukigaruza, abwirizwa gutanga igiciro caco cashinzwe hanyuma acongereko ica gatanu caco+. Ariko natakigaruza kizoca kigurishwa hisunzwe igiciro cashinzwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika