-
Abalewi 14:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Ku musi ugira indwi, azomwa umushatsi wiwe wose, ubwanwa hamwe n’ibigohe. Ahejeje kumwa umushatsi wiwe wose, azoca amesa impuzu ziwe, yiyoge hanyuma abe uwudahumanye.
-
-
Guharura 19:12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Uwo muntu azokwihumanuza ayo mazi ku musi ugira gatatu, aheze abe uwudahumanye ku musi ugira indwi. Ariko natihumanura ku musi ugira gatatu, ntazoba uwudahumanye ku musi ugira indwi.
-