Guharura 20:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Nuko umwami wa Edomu yankira Abisirayeli guca mu karere kiwe. Abisirayeli baca barakata baramubisa+. Gusubira mu vyagezwe 2:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Twaciye duca iruhande ya benewacu bakomoka kuri Esawu+ baba i Seyiri, tuguma kure y’inzira ija muri Araba, kure ya Elati na Eziyoni-Geberi+. Hanyuma twarakase dufata inzira ija mu bugaragwa bwa Mowabu+. Abacamanza 11:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Igihe bashishikara urugendo mu bugaragwa, barazungurutse igihugu ca Edomu+ n’ica Mowabu. Baciye mu buseruko bwa Mowabu+ maze bakambika mu karere ka Arunoni. Ntibarenze urubibe rwa Mowabu+, kuko uruzi Arunoni rwari rwo rubibe.
21 Nuko umwami wa Edomu yankira Abisirayeli guca mu karere kiwe. Abisirayeli baca barakata baramubisa+.
8 Twaciye duca iruhande ya benewacu bakomoka kuri Esawu+ baba i Seyiri, tuguma kure y’inzira ija muri Araba, kure ya Elati na Eziyoni-Geberi+. Hanyuma twarakase dufata inzira ija mu bugaragwa bwa Mowabu+.
18 Igihe bashishikara urugendo mu bugaragwa, barazungurutse igihugu ca Edomu+ n’ica Mowabu. Baciye mu buseruko bwa Mowabu+ maze bakambika mu karere ka Arunoni. Ntibarenze urubibe rwa Mowabu+, kuko uruzi Arunoni rwari rwo rubibe.