ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 3:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Umwami Ogi wa Bashani ni we yari asigaye mu Barefayimu. Inderuzo* yiwe yari ikozwe mu cuma kandi n’ubu iracari i Raba h’Abamori. Ifise uburebure bw’intambwe* icenda, n’ubwaguke bw’intambwe zine hisunzwe igipimo bafatirako.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:47
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 47 Baciye bigarurira igihugu ciwe n’igihugu c’umwami Ogi+ wa Bashani, ba bami babiri b’Abamori bo mu buseruko bwa Yorodani,

  • Yosuwa 13:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Ikindi gice c’umuryango wa Manase, Abarubeni hamwe n’Abagadi bari baronse intoranwa yabo mu buseruko bwa Yorodani. Ni ya ntoranwa nyene Musa umusavyi wa Yehova yabaha+.

  • Yosuwa 13:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 n’ubwami bwose bwa Ogi muri Bashani, uwaganza i Ashitaroti n’i Edireyi. (Yari umwe mu masigarira y’Abarefayimu+.) Musa yaratsinze ababa muri utwo turere, arabomora+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika