1 Samweli 15:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Kandi Imana Rudasumbwa ya Isirayeli+ ntizobesha+ canke ngo yihindukize mw’ijambo*, kuko atari umuntu ngo yihindukize mw’ijambo*+.»
29 Kandi Imana Rudasumbwa ya Isirayeli+ ntizobesha+ canke ngo yihindukize mw’ijambo*, kuko atari umuntu ngo yihindukize mw’ijambo*+.»