ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 22:10, 11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Balamu yishura Imana y’ukuri ati: «Balaki umuhungu wa Zipori, umwami wa Mowabu, yantumyeko ati: 11 “Hari abantu baje bava mu Misiri kandi bakubise isi yose irazima. Ingo rero ubamvumire+. Hari aho noshobora kubarwanya nkabirukana.”»

  • Guharura 23:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Balaki aca abwira Balamu ati: «Ivyo unkoreye ni ibiki? Nakuzanye kugira umvumire abansi, ariko raba wishinga kubahezagira+.»

  • Nehemiya 13:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Ico gihe basomera abantu mu gitabu ca Musa+. Basanze handitsemwo yuko ata Mwamoni canke Umunyamowabu+ akwiye kwigera yemererwa kuba mu bagize ishengero ry’Imana y’ukuri+, 2 kuko batasanganiye Abisirayeli ngo babahe umukate n’amazi, ahubwo bagaha amahera Balamu ngo abavume+. Ariko uwo muvumo Imana yacu yawuhinduye umuhezagiro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika