Ivyahishuwe 22:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Jewe Yezu, narungitse umumarayika wanje gushingira intahe ivyo bintu ku neza y’amashengero. Ni jewe muzi w’uruvyaro rwa Dawidi+, na ya nyenyeri yo mu gatondo yakaka+.”»
16 Jewe Yezu, narungitse umumarayika wanje gushingira intahe ivyo bintu ku neza y’amashengero. Ni jewe muzi w’uruvyaro rwa Dawidi+, na ya nyenyeri yo mu gatondo yakaka+.”»