Itanguriro 36:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Esawu araheza yibera mu misozi ya Seyiri+. Esawu yitwa kandi Edomu+. Yosuwa 24:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Izahaki na we ndamuha Yakobo na Esawu+. Esawu nahavuye ndamuha umusozi Seyiri+, Yakobo n’uruvyaro rwiwe na bo bamanuka mu Misiri+.
4 Izahaki na we ndamuha Yakobo na Esawu+. Esawu nahavuye ndamuha umusozi Seyiri+, Yakobo n’uruvyaro rwiwe na bo bamanuka mu Misiri+.