Guharura 8:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 «Tora Abalewi mu bandi Bisirayeli, ubatyorore+. Guharura 18:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Vyongeye, nuzane hafi benewanyu bo mu muryango wa Lewi, umuryango wa ba sokuru bawe, kugira babafashe ibikorwa+ mwe n’abahungu bawe, imbere y’ihema ririmwo isandugu y’isezerano*+.
2 Vyongeye, nuzane hafi benewanyu bo mu muryango wa Lewi, umuryango wa ba sokuru bawe, kugira babafashe ibikorwa+ mwe n’abahungu bawe, imbere y’ihema ririmwo isandugu y’isezerano*+.