Guharura 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Mwe na Aroni muzokwandika abagabo bose bafise imyaka 20 kuduga+ kandi bashobora kuja mu gisoda ca Isirayeli, mwisunze imigwi y’ingabo zabo.
3 Mwe na Aroni muzokwandika abagabo bose bafise imyaka 20 kuduga+ kandi bashobora kuja mu gisoda ca Isirayeli, mwisunze imigwi y’ingabo zabo.