Itanguriro 38:2-4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yuda abona ng’aho umukobwa w’umugabo w’Umunyakanani+ yitwa Shuwa. Nuko aramutwara maze aryamana na we. 3 Uwo mukobwa araheza asama inda, avyara umuhungu maze Yuda amwita Ere+. 4 Yongera gusama inda, avyara umuhungu maze amwita Onani.
2 Yuda abona ng’aho umukobwa w’umugabo w’Umunyakanani+ yitwa Shuwa. Nuko aramutwara maze aryamana na we. 3 Uwo mukobwa araheza asama inda, avyara umuhungu maze Yuda amwita Ere+. 4 Yongera gusama inda, avyara umuhungu maze amwita Onani.