Gusubira mu vyagezwe 29:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Muri mwebwe muri hano uyu musi, mwiyubare ntihaze hagire uwuheba Yehova Imana yacu ngo aje gukorera imana z’ayo mahanga+, yaba umugabo canke umugore, urugo canke umuryango. Ntihaze haboneke muri mwebwe umuzi wama icamwa c’ubumara n’umururazi*+. Abaheburayo 3:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mwiyubare bavukanyi, kugira ntihagire n’umwe muri mwebwe ava kuri ya Mana nzima bigatuma agira umutima mubi utizera+.
18 Muri mwebwe muri hano uyu musi, mwiyubare ntihaze hagire uwuheba Yehova Imana yacu ngo aje gukorera imana z’ayo mahanga+, yaba umugabo canke umugore, urugo canke umuryango. Ntihaze haboneke muri mwebwe umuzi wama icamwa c’ubumara n’umururazi*+.
12 Mwiyubare bavukanyi, kugira ntihagire n’umwe muri mwebwe ava kuri ya Mana nzima bigatuma agira umutima mubi utizera+.