Itanguriro 49:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Nawe ga Yuda+, benewanyu bazoguhaya+. Ukuboko kwawe kuzofata abansi bawe kw’izosi+. Abahungu ba so bazokwunamira+. 1 Ngoma 5:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Naho Yuda+ yari mukuru muri benewabo kandi akaba ari we yakomotseko indongozi+, uburenganzira bw’imfura bwahawe Yozefu.
8 Nawe ga Yuda+, benewanyu bazoguhaya+. Ukuboko kwawe kuzofata abansi bawe kw’izosi+. Abahungu ba so bazokwunamira+.
2 Naho Yuda+ yari mukuru muri benewabo kandi akaba ari we yakomotseko indongozi+, uburenganzira bw’imfura bwahawe Yozefu.