ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 28:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Uzoshira Urimu na Tumimu*+ muri ako gapfuko ko guca imanza, kandi bitegerezwa kuba biri ku mutima wa Aroni igihe yinjiye imbere ya Yehova. Aroni ategerezwa kuba yambaye ku mutima ivyo bikoresho vyo gucira imanza Abisirayeli, igihe cose ari imbere ya Yehova.

  • Abalewi 8:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Aca azana hafi yiwe Aroni n’abahungu biwe, araboza n’amazi+.

  • Abalewi 8:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Hanyuma amwambika ka gapfuko ko ku gikiriza+, aca agashiramwo Urimu na Tumimu*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika