-
Yosuwa 17:17, 18Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Yosuwa aca abwira abakomoka kuri Yozefu, ni ukuvuga Abefurayimu na bene Manase ati: «Muri benshi cane kandi murakomeye cane. Ntimuzoronka akarere kamwe gusa+, 18 muzoronka n’akarere k’imisozi+. Naho hari ikibira, muzohatema kandi ni ho akarere kanyu kazogarukira. Muzokwomora Abanyakanani naho bakomeye bakagira n’imikogote y’intambara iriko ibibugita ku mapine*+.»
-