Abacamanza 18:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ico gisagara baraheza bacita Dani+, bafatiye kw’izina rya sekuruza wabo Dani mwene Isirayeli+. Ariko cahora citwa Layishi+.
29 Ico gisagara baraheza bacita Dani+, bafatiye kw’izina rya sekuruza wabo Dani mwene Isirayeli+. Ariko cahora citwa Layishi+.