Itanguriro 13:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Loti yunamura amaso maze abona ko akarere kose ka Yorodani+ gushika i Zowari+ kari kavomereye neza. Kari kameze nka wa murima wa Yehova+, nk’igihugu ca Misiri (aho hari imbere y’uko Yehova atikiza Sodomu na Gomora).
10 Loti yunamura amaso maze abona ko akarere kose ka Yorodani+ gushika i Zowari+ kari kavomereye neza. Kari kameze nka wa murima wa Yehova+, nk’igihugu ca Misiri (aho hari imbere y’uko Yehova atikiza Sodomu na Gomora).