Guharura 13:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Ariko rero, abantu bo muri ico gihugu barakomeye kandi ibisagara vyaho bikingijwe impome ni binini cane. Twarabonyeyo n’abantu bakomoka kuri Anaki+.
28 Ariko rero, abantu bo muri ico gihugu barakomeye kandi ibisagara vyaho bikingijwe impome ni binini cane. Twarabonyeyo n’abantu bakomoka kuri Anaki+.