Abalewi 19:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Ntimuze mwikebagure kubera umuntu yapfuye+, kandi ntimuze mwicapeko ibintu* ku mibiri yanyu. Ndi Yehova.
28 Ntimuze mwikebagure kubera umuntu yapfuye+, kandi ntimuze mwicapeko ibintu* ku mibiri yanyu. Ndi Yehova.