ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 11:9, 10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ibi ni vyo mushobora kurya mu bintu vyose biba mu mazi: ikintu cose gifise amababa n’ibigaragamba kiba mu biyaga canke mu nzuzi, murashobora kukirya+. 10 Mugabo ikintu cose kiba mu biyaga no mu nzuzi ariko kidafise amababa n’ibigaragamba, haba mu dukoko twose dutoduto* no mu bindi bikoko vyose biba mu mazi, gikwiye kubashisha.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika