Yohani 12:49 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 49 kuko ntabivuze ndavyibwiye, ahubwo Data yantumye ni we yantegetse ivyo mvuga n’ivyo nigisha+. Abaheburayo 1:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ariko muri iyi misi* yavuganye natwe biciye ku Mwana wayo+, uwo yagenye kuba samuragwa w’ibintu vyose+, akaba ari na we yakoresheje mu gushiraho ibihe* bitandukanye+.
2 Ariko muri iyi misi* yavuganye natwe biciye ku Mwana wayo+, uwo yagenye kuba samuragwa w’ibintu vyose+, akaba ari na we yakoresheje mu gushiraho ibihe* bitandukanye+.