-
2 Samweli 7:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Vyongeye, ni ihanga irihe kw’isi rimeze nk’abantu bawe b’Abisirayeli+? Waragiye urabacungura Mana, ubagira abantu bawe+. Watumye izina ryawe riba rurangiranwa+ mu kubakorera ibintu bikomeye kandi biteye ubwoba+. Warirukanye amahanga n’imana zayo ku neza y’abantu bawe wicunguriye ubakuye mu Misiri.
-