ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 19:18, 19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Abacamanza baze babitohoze bitonze+. Nibasanga ariko yagiriza ibinyoma mwenewabo, 19 mutegerezwa kumugirira nk’uko yagomba kugirira mwenewabo+. Mukwiye gukura ikibi muri mwebwe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 21:20, 21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 maze bababwire bati: “Uyu mwana wacu ni intagondwa, ni umugarariji kandi ntatwubaha. Ni umukunzi w’inda+ kandi ni imborerwa+.” 21 Abantu bose bo muri ico gisagara baze bamwicishe amabuye. Mukwiye gukura ikibi muri mwebwe, kandi Abisirayeli bose bazovyumva batinye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika