-
2 Ngoma 25:3, 4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Ubutegetsi bwiwe bukimara gutsimbatara, yica abari barishe se igihe yari akiri umwami+. 4 Mugabo ntiyishe abana babo. Yisunze ivyanditswe mu mategeko ari mu gitabu ca Musa, aho Yehova yategetse ati: «Ba sebibondo ntibaze bapfe bazira abana babo, n’abana ntibaze bapfe bazira ba se. Umwe wese azopfe azize igicumuro ciwe bwite+.»
-