Yosuwa 17:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Urwo rubibe rwaramanuka ku mwonga wa Kana mu bumanuko bwawo. Mu bisagara vya bene Manase harimwo ibisagara vyegukira Abefurayimu+. Urubibe rw’akarere ka Manase rwari mu buraruko bw’uwo mwonga, rukagarukira ku kiyaga+.
9 Urwo rubibe rwaramanuka ku mwonga wa Kana mu bumanuko bwawo. Mu bisagara vya bene Manase harimwo ibisagara vyegukira Abefurayimu+. Urubibe rw’akarere ka Manase rwari mu buraruko bw’uwo mwonga, rukagarukira ku kiyaga+.