Kuvayo 12:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Nzoca mu gihugu ca Misiri muri iryo joro maze nice imfura zose zo muri ico gihugu, kuva ku muntu gushika ku gitungwa+. Nzoshitsa urubanza naciriye imana zose za Misiri+. Ndi Yehova. 1 Ngoma 16:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Imana zose z’amahanga ni imana ata co zimaze+,mugabo Yehova ni we yaremye* ijuru+. Zaburi 97:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Abo bose basenga ibishusho vy’ibibazano nibamaramare+,abo bose biratira imana zabo ata co zimaze+. Nimumwunamire* mwa bigirwamana mwese+!
12 Nzoca mu gihugu ca Misiri muri iryo joro maze nice imfura zose zo muri ico gihugu, kuva ku muntu gushika ku gitungwa+. Nzoshitsa urubanza naciriye imana zose za Misiri+. Ndi Yehova.
7 Abo bose basenga ibishusho vy’ibibazano nibamaramare+,abo bose biratira imana zabo ata co zimaze+. Nimumwunamire* mwa bigirwamana mwese+!