1 Samweli 30:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Dawidi aguma yoma inyuma ba bambuzi ari kumwe n’abagabo 400, ariko abandi 200 basigara ku mwonga wa Besori, kuko bari barushe cane ku buryo bidakunda ko bajabuka+.
10 Dawidi aguma yoma inyuma ba bambuzi ari kumwe n’abagabo 400, ariko abandi 200 basigara ku mwonga wa Besori, kuko bari barushe cane ku buryo bidakunda ko bajabuka+.