ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 9:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Hari umugabo umwe wo mu muryango wa Benyamini yitwa Kishi+. Yari mwene Abiyeli, Abiyeli mwene Zerori, Zerori mwene Bekorati, Bekorati mwene Afiya. Yari Umubenyamini+ kandi yari atunze cane. 2 Yari afise umusore mwiza yitwa Sawuli+. Nta n’umwe mu Bisirayeli yamurusha ubwiza. Yasumvya uburebure abantu bose, ku buryo muremure yamugera ku bitugu.

  • 1 Samweli 11:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Nuko abantu bose baja i Gilugali, bimika Sawuli imbere ya Yehova aho i Gilugali. Hanyuma batanga ibimazi vyo gusangira ng’aho imbere ya Yehova+. Sawuli n’Abisirayeli bose bagira umusi mukuru baranezerwa cane+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika