ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 5:19-21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Dawidi abaza Yehova+ ati: «Nduge kurwanya Abafilisitiya? Uramfasha kubatsinda?» Yehova amwishura ati: «Duga urwanye Abafilisitiya kuko ntabura kugufasha kubatsinda+.» 20 Nuko Dawidi aja i Bayali-Perasimu, ahatsindira Abafilisitiya. Maze avuga ati: «Yehova yanciriye inzira mu bansi banje+, nka kurya amazi amena agaca inzira.» Ni co gituma aho hantu yahise Bayali-Perasimu*+. 21 Abafilisitiya bata ng’aho ibigirwamana vyabo, maze Dawidi n’abantu biwe barabitwara.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika