Itanguriro 6:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Nuko Nowa akora ivyo Imana yari yamutegetse vyose. Akora gutyo nyene+. Kuvayo 39:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Nuko Abisirayeli barangiza ibikorwa vyose vyo kuri rya hema ryeranda, ari ryo hema ry’ibonaniro. Bakora ibintu vyose Yehova yari yategetse Musa+. Bakora gutyo nyene.
32 Nuko Abisirayeli barangiza ibikorwa vyose vyo kuri rya hema ryeranda, ari ryo hema ry’ibonaniro. Bakora ibintu vyose Yehova yari yategetse Musa+. Bakora gutyo nyene.