-
Ezira 10:14, 15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Turagusavye rero abatware bacu babe ari bo baserukira ishengero ryose+. Abagabo bose bo mu bisagara vyacu barongoye abagore b’abanyamahangakazi, bazoze barahurira ng’aha kw’isango babahaye. Bazoze bazananye n’abashingantahe n’abacamanza bo mu bisagara vyabo, gushika duhwamitse ishavu rirurumba Imana yacu idufitiye kubera ico kintu twakoze.»
15 Ariko Yonatani mwene Asaheli na Yahizeya mwene Tikiva barwanya ico ciyumviro, kandi Umulewi yitwa Meshulamu n’uwitwa Shabetayi+ barabashigikira.
-