Kuvayo 15:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yehova* ni inkomezi zanje n’ubushobozi bwanje kuko yandokoye+. Iyi ni yo Mana yanje, nanje nzoyihaya+; ni Imana ya data+, nanje nzoyishira hejuru+. Zaburi 27:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Yehova ni umuco wanje+ n’ubukiriro bwanje. None notinya nde+? Yehova ni igihome gikomeye gikingira ubuzima bwanje+. Ni nde none yontera ubwoba? Yesaya 12:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ehe Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzoyizigira singire ubwoba+kuko Ya*, Yehova, ari we nkomezi zanje n’ubushobozi bwanje,kandi yabaye ubukiriro bwanje+.»
2 Yehova* ni inkomezi zanje n’ubushobozi bwanje kuko yandokoye+. Iyi ni yo Mana yanje, nanje nzoyihaya+; ni Imana ya data+, nanje nzoyishira hejuru+.
27 Yehova ni umuco wanje+ n’ubukiriro bwanje. None notinya nde+? Yehova ni igihome gikomeye gikingira ubuzima bwanje+. Ni nde none yontera ubwoba?
2 Ehe Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzoyizigira singire ubwoba+kuko Ya*, Yehova, ari we nkomezi zanje n’ubushobozi bwanje,kandi yabaye ubukiriro bwanje+.»