ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 11:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Yehova ari mu rusengero rwiwe rweranda+,

      intebe y’ubwami ya Yehova iri mw’ijuru+.

      Amaso yiwe arabona, amaso yiwe adakubita urugohe* arasuzuma abana b’abantu+.

  • Zaburi 33:13-15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Yehova aritegereza ari mw’ijuru,

      akabona abana b’abantu bose+.

      14 Yitegereza ababa kw’isi

      ari ahantu yibera.

      15 Ni we abumbabumba imitima y’abantu bose,

      agasuzuma ibikorwa vyabo vyose+.

  • Yeremiya 16:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Kuko amaso yanje abona ivyo bakora vyose*.

      Ntibashobora kubimpisha,

      kandi ikosa ryabo ndaribona.

  • Yeremiya 23:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 «Mbega hari umuntu yokwinyegeza mu kibanza cihishije sindamubone+?», ni ko Yehova abajije.

      «Mbega sinuzuye ijuru n’isi+?», ni ko Yehova abajije.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika