Umusiguzi 7:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Kuko ata muntu w’umugororotsi ariho kw’isi yama akora ivyiza ntiyigere acumura+. Abaroma 3:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Abantu bose barataye inzira igororotse, bose basigaye ata co bamaze. Nta n’umwe agira ubuntu, eka nta n’umwe+.»
12 Abantu bose barataye inzira igororotse, bose basigaye ata co bamaze. Nta n’umwe agira ubuntu, eka nta n’umwe+.»