1 Samweli 23:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ababa i Zifu baduga i Gibeya+ kwa Sawuli bamubwira bati: «Dawidi yinyegeje hafi y’iwacu+ mu bibanza bigoye gushikamwo i Horeshi+, ku gasozi ka Hakila+ kari mu bumanuko* bwa Yeshimoni*+. 1 Samweli 26:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Mu nyuma abantu b’i Zifu+ baza kuraba Sawuli i Gibeya+, bamubwira bati: «Dawidi yinyegeje ku gasozi ka Hakila karabana n’i Yeshimoni*+.»
19 Ababa i Zifu baduga i Gibeya+ kwa Sawuli bamubwira bati: «Dawidi yinyegeje hafi y’iwacu+ mu bibanza bigoye gushikamwo i Horeshi+, ku gasozi ka Hakila+ kari mu bumanuko* bwa Yeshimoni*+.
26 Mu nyuma abantu b’i Zifu+ baza kuraba Sawuli i Gibeya+, bamubwira bati: «Dawidi yinyegeje ku gasozi ka Hakila karabana n’i Yeshimoni*+.»