Zaburi 8:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ewe Yehova Mukama wacu, izina ryawe rirahambaye kw’isi yose!Ubuninahazwa bwawe buri hejuru y’amajuru*+. Zaburi 57:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ewe Mana, nushirwe hejuru y’amajuru.Ese ubuninahazwa bwawe bwokwibonekeza kw’isi yose+! Zaburi 108:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ewe Mana, nushirwe hejuru y’amajuru.Ese ubuninahazwa bwawe bwokwibonekeza kw’isi yose+!
8 Ewe Yehova Mukama wacu, izina ryawe rirahambaye kw’isi yose!Ubuninahazwa bwawe buri hejuru y’amajuru*+.