Imigani 10:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Igihuhusi nicarengana, umubisha ntazosubira kubaho+,ariko umugororotsi ni umushinge wamaho+. Yeremiya 23:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ehe! Umuyaga ukaze wa Yehova uzozanana ishavu ryinshi.Uzozungurukira ku mutwe w’ababisha nka kurya kw’ikivumbuzi+.
19 Ehe! Umuyaga ukaze wa Yehova uzozanana ishavu ryinshi.Uzozungurukira ku mutwe w’ababisha nka kurya kw’ikivumbuzi+.