Zaburi 12:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 «Kubera yuko abagorwa bariko baracinyizwa,kubera yuko abakene bariko baraboroga+,ngira mpaguruke», ni ko Yehova avuze, «ngira ndabatabare abariko barabahahaza.» Zaburi 91:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Imana yavuze iti: «Ko yankunze*, nanje nzomurokora+. Nzomukingira kuko azi* izina ryanje+.
5 «Kubera yuko abagorwa bariko baracinyizwa,kubera yuko abakene bariko baraboroga+,ngira mpaguruke», ni ko Yehova avuze, «ngira ndabatabare abariko barabahahaza.»