1 Samweli 19:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Mu nyuma Sawuli abwira umuhungu wiwe Yonatani n’abasuku biwe bose umugambi afise wo kwica Dawidi+. Zaburi 10:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Arindirira aho yinyegeje nk’intambwe ibunze mu mwobo*+, akarindira gucakira umuntu atagira gitabara. Aramucakira, agaca akwega urusenga akarwugara+. Zaburi 71:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Abansi banje bamvuga nabi.Abarondera kunyica bangiriye inama+,
19 Mu nyuma Sawuli abwira umuhungu wiwe Yonatani n’abasuku biwe bose umugambi afise wo kwica Dawidi+.
9 Arindirira aho yinyegeje nk’intambwe ibunze mu mwobo*+, akarindira gucakira umuntu atagira gitabara. Aramucakira, agaca akwega urusenga akarwugara+.