ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 24:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ehe raba dawe, mfise agace k’epfo k’impuzu yawe itagira amaboko. Igihe nagacacura nari kukwica, ariko sinakwishe. Urabona neza rero ko ntipfuza kukugirira nabi canke kukugarariza. Kandi nta caha nagukoreye+ naho wewe uguma umpiga ngo unyice+.

  • 1 Samweli 26:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Yongerako ati: «Umpigira iki databuja+? Nakoze iki? Ikosa ryanje ni irihe+?

  • Zaburi 69:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Abanyankira ubusa+

      ni benshi kuruta umushatsi wo ku mutwe wanje.

      Abarondera kunyica,

      abansi banje katwa*, babaye benshi.

      Nabwirijwe kuriha ivyo ntari nivye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika