1 Samweli 17:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Dawidi aca yongerako ati: «Yehova, we yankuye mu vyara vy’intambwe n’ivy’idubu, ni we aza kunkiza uwo Mufilisitiya+.» Sawuli aca abwira Dawidi ati: «Genda. Yehova abane nawe.» Zaburi 61:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Kuko uri ubuhungiro bwanje,umunara ukomeye unkingira umwansi+.
37 Dawidi aca yongerako ati: «Yehova, we yankuye mu vyara vy’intambwe n’ivy’idubu, ni we aza kunkiza uwo Mufilisitiya+.» Sawuli aca abwira Dawidi ati: «Genda. Yehova abane nawe.»