ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 18:35
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Umpa inkinzo yawe y’ubukiriro+.

      Ukuryo kwawe kuranshigikira.

      Ukwicisha bugufi kwawe gutuma mba uwuhambaye+.

  • Zaburi 21:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Ukuboko kwawe kuzofata abansi bawe bose.

      Ukuboko kwawe kw’ukuryo kuzofata abakwanka.

  • Zaburi 108:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Nudukize n’ukuryo kwawe kandi utwishure*,

      kugira ngo abantu bawe wikundira batabarwe+.

  • Zaburi 118:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Ijwi ry’umunezero n’ubukiriro*

      biri mu mahema y’abagororotsi.

      Ukuryo kwa Yehova kurerekana ububasha bwiwe+.

  • Yesaya 41:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Ntutinye kuko ndi kumwe nawe+.

      Ntuhagarike umutima kuko ndi Imana yawe+.

      Nzogukomeza, emwe nzogufasha+.

      Vy’ukuri, nzogufata n’ukuryo kwanje kw’ubugororotsi, ndakugumye.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika